Yohani 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.” Yohani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”
13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”