Mariko 15:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 bahora bamuherekeza+ kandi bakamukorera udukorwa igihe yari i Galilaya, be n’abandi bagore benshi bari bazananye na we i Yeruzalemu+. Luka 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na Yohana+ muka Kuza uwari ajejwe ivyo kwa Herodi, na Suzana be n’abandi bagore benshi babakorera bakoresheje ibintu batunze.
41 bahora bamuherekeza+ kandi bakamukorera udukorwa igihe yari i Galilaya, be n’abandi bagore benshi bari bazananye na we i Yeruzalemu+.
3 na Yohana+ muka Kuza uwari ajejwe ivyo kwa Herodi, na Suzana be n’abandi bagore benshi babakorera bakoresheje ibintu batunze.