Daniyeli 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko bazana ibuye barishira ku munwa wa nya cobo, umwami na we aridomako ikidodo akoresheje impeta yiwe y’ikidodo be n’impeta y’ikidodo y’abakomakomeye biwe, kugira ngo ntihagire na kimwe gihindurwa ku bijanye na Daniyeli+.
17 Nuko bazana ibuye barishira ku munwa wa nya cobo, umwami na we aridomako ikidodo akoresheje impeta yiwe y’ikidodo be n’impeta y’ikidodo y’abakomakomeye biwe, kugira ngo ntihagire na kimwe gihindurwa ku bijanye na Daniyeli+.