Matayo 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ndababwiye yuko ubugororotsi bwanyu nibutagwira gusumba ubw’abanditsi n’Abafarizayo+, mutazogenda mwinjiye+ mu bwami bwo mw’ijuru. Matayo 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibikorwa vyose bakora babikora ngo abantu bababone+; kuko bāgura utubweta tw’ivyanditswe+ bambara nk’uburyo bwo kwikingira, kandi bakarehūra ubuyonga+ bw’impuzu zabo.
20 Kuko ndababwiye yuko ubugororotsi bwanyu nibutagwira gusumba ubw’abanditsi n’Abafarizayo+, mutazogenda mwinjiye+ mu bwami bwo mw’ijuru.
5 Ibikorwa vyose bakora babikora ngo abantu bababone+; kuko bāgura utubweta tw’ivyanditswe+ bambara nk’uburyo bwo kwikingira, kandi bakarehūra ubuyonga+ bw’impuzu zabo.