Matayo 18:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ukwo nyene+ ni ko na Dawe wo mw’ijuru azobagirira, umwe wese muri mwebwe natababarira mwene wabo bivuye ku mutima+.” Yakobo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.
35 Ukwo nyene+ ni ko na Dawe wo mw’ijuru azobagirira, umwe wese muri mwebwe natababarira mwene wabo bivuye ku mutima+.”
13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.