ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 38:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Ni nde ategurira igikona indya zaco+

      Igihe ivyana vyaco bitabaza Imana,

      Igihe biguma biyerera kubera ata vyo kurya biriho?

  • Zaburi 147:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Aha ibikoko indya zavyo+,

      Akaziha ibikona bikiri bito biguma bihamagara+.

  • Matayo 10:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 None utujuri tubiri ntitugurishwa igiceri c’agaciro gatoya+? Yamara nta na kamwe muri two gakorokera hasi So atabizi+.

  • Luka 12:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nimwitegereze neza ibikona+: ntibibiba imbuto canke ngo bishwabure, kandi ntibigira inzu y’ubushinguro canke ikigega, yamara Imana irabigaburira. None mwebwe murusha agaciro inyoni ukungana iki+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika