Yuda 6 Bibiliya y’isi nshasha 6 N’abamarayika batagumije ikibanza cabo ca mbere mugabo bagata ahantu habo ho kuba hababereye+, yarababitse bariko imvuto z’ibihe bidahera+ munsi y’umwiza w’umuzitanya, ku bw’urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.
6 N’abamarayika batagumije ikibanza cabo ca mbere mugabo bagata ahantu habo ho kuba hababereye+, yarababitse bariko imvuto z’ibihe bidahera+ munsi y’umwiza w’umuzitanya, ku bw’urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.