Luka 8:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 kubera ko yari afise umukobwa w’ikinege w’imyaka nka cumi n’ibiri, akaba yari hafi gupfa+. Igihe ariko aragenda, amasinzi aramugunda impande zose+.
42 kubera ko yari afise umukobwa w’ikinege w’imyaka nka cumi n’ibiri, akaba yari hafi gupfa+. Igihe ariko aragenda, amasinzi aramugunda impande zose+.