Abalewi 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+. Luka 8:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 aregera aturutse inyuma, akora ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru+, maze ako kanya nyene kwa kuvirirana kwiwe guca kurahagarara+.
27 “‘Ikintu cose kizokora ku nyama zaryo, kizocika ceranda+, kandi igihe hagize uwucucagira impuzu makeyi ku maraso yaryo+, uzomesera ahantu heranda ico ayacucagiye+.
44 aregera aturutse inyuma, akora ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru+, maze ako kanya nyene kwa kuvirirana kwiwe guca kurahagarara+.