Yohani 4:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Se aca amenya yuko kuri nya saha nyene+ ari ho Yezu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko we hamwe n’urugo rwiwe rwose baremera+.
53 Se aca amenya yuko kuri nya saha nyene+ ari ho Yezu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko we hamwe n’urugo rwiwe rwose baremera+.