Ivyakozwe 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Uyo Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+ aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira ngo Isirayeli ihabwe ukwigaya+ n’ukubabarirwa ibicumuro+.
31 Uyo Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+ aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira ngo Isirayeli ihabwe ukwigaya+ n’ukubabarirwa ibicumuro+.