Yakobo 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bene wacu, ku bijanye n’ukwiyumanganya mu mibabaro+ n’ukwihangana+, mufatire akarorero+ ku bahanuzi+, abavuze mw’izina rya Yehova+. 2 Petero 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.
10 Bene wacu, ku bijanye n’ukwiyumanganya mu mibabaro+ n’ukwihangana+, mufatire akarorero+ ku bahanuzi+, abavuze mw’izina rya Yehova+.
21 Kuko ubuhanuzi ata ho bwigeze buzanwa n’ukugomba kw’umuntu+, ahubwo abantu bavuze ivyava ku Mana+ nk’uko bari barongowe n’impwemu nyeranda+.