Luka 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hanyuma yibaruka umwana wiwe w’umuhungu, imfura+, araheza amuzingira mu dutambara, amuryamika mu bwato bw’ibitungwa+, kuko ata kibanza baronse mu ndaro.
7 Hanyuma yibaruka umwana wiwe w’umuhungu, imfura+, araheza amuzingira mu dutambara, amuryamika mu bwato bw’ibitungwa+, kuko ata kibanza baronse mu ndaro.