ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo Yezu hamwe n’abigishwa biwe bavayo baja ku kiyaga; abantu indiri n’indiri bavuye i Galilaya n’i Yudaya baramukurikira+.

  • Luka 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Hanyuma amanukana na bo, ahagarara ahantu hashashe, kandi ng’aho hari isinzi rinini ry’abigishwa biwe, n’abantu indiri n’indiri+ bari bavuye i Yudaya hose n’i Yeruzalemu no mu ntara y’i Tiro n’i Sidoni ihereranye n’ikiyaga, bakaba bari baje kumwumviriza no gukizwa indwara zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika