Yesaya 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntazosemerera canke ngo aduze ijwi, kandi ntazokwumvikanisha ijwi ryiwe mw’ibarabara+. 2 Timoteyo 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+,
24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+,