Yohani 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 no kubera ko atari akeneye ko hagira n’umwe ashingira intahe umuntu, kuko we ubwiwe yari azi ikiri mu muntu+.
25 no kubera ko atari akeneye ko hagira n’umwe ashingira intahe umuntu, kuko we ubwiwe yari azi ikiri mu muntu+.