Matayo 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 N’igiti ciza cose cama ivyamwa vyiza, mugabo igiti cose kibi cama ivyamwa ata co bimaze+; Luka 6:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Kuko ata giti ciza cama ivyamwa biboze; kandi nta giti kiboze cama ivyamwa vyiza+.