Luka 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Igihe amasinzi yariko arundanira hamwe, atangura kuvuga ati: “Iri yaruka ni iyaruka ribi; rirondera ikimenyetso+. Mugabo nta kimenyetso rizohabwa atari ca kimenyetso ca Yona+.
29 Igihe amasinzi yariko arundanira hamwe, atangura kuvuga ati: “Iri yaruka ni iyaruka ribi; rirondera ikimenyetso+. Mugabo nta kimenyetso rizohabwa atari ca kimenyetso ca Yona+.