Matayo 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ivyo vyose Yezu yabibwiye amasinzi mu bigereranyo. Nkako, nta co yababwira adakoresheje ikigereranyo+; Mariko 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Umvirize. Ehe umubivyi yarasohotse kubiba+. Luka 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe isinzi rinini ryari ryakoraniye hamwe n’abamukurikira bavuye mu bisagara, avuga akoresheje ikigereranyo+ ati:
34 Ivyo vyose Yezu yabibwiye amasinzi mu bigereranyo. Nkako, nta co yababwira adakoresheje ikigereranyo+;
4 Igihe isinzi rinini ryari ryakoraniye hamwe n’abamukurikira bavuye mu bisagara, avuga akoresheje ikigereranyo+ ati: