Mariko 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ng’aba rero zimwe zagwa iruhande y’inzira aho ijambo ribibwe: bakimara kuryumva Shetani araza+ agatwara nya jambo ryabibwe muri bo+. Luka 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Iz’iruhande y’inzira ni abumvise+, maze Shetani*+ akaza, agakura ijambo mu mitima yabo kugira ngo ntibemere ngo bakizwe+. 1 Petero 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Muzigame ubwenge bwanyu, mube maso+. Umwansi wanyu Shetani* agendagenda nk’intambwe iroha, arondera uwo arotsa+.
15 Ng’aba rero zimwe zagwa iruhande y’inzira aho ijambo ribibwe: bakimara kuryumva Shetani araza+ agatwara nya jambo ryabibwe muri bo+.
12 Iz’iruhande y’inzira ni abumvise+, maze Shetani*+ akaza, agakura ijambo mu mitima yabo kugira ngo ntibemere ngo bakizwe+.
8 Muzigame ubwenge bwanyu, mube maso+. Umwansi wanyu Shetani* agendagenda nk’intambwe iroha, arondera uwo arotsa+.