Matayo 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze kandi benshi bazotsitara+, bagurane bongere bankane+. Mariko 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yamara nta muzi bagira muri bo, ahubwo bamara igihe gito; maze amakuba canke uruhamo bigize ngo biravyuka kubera iryo jambo, baca batsitara+. Luka 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Izo ku gitandara ni bamwe iyo bumvise iryo jambo baryakirana akanyamuneza, mugabo abo nta muzi bagira; bemera mu gihe gitoyi, mugabo mu gihe c’ukugeragezwa bakagwa+. 2 Timoteyo 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ibi urabizi, yuko abantu bose mu ntara ya Aziya+ bampevye+. Muri abo harimwo Figelo na Herumojene.
17 Yamara nta muzi bagira muri bo, ahubwo bamara igihe gito; maze amakuba canke uruhamo bigize ngo biravyuka kubera iryo jambo, baca batsitara+.
13 Izo ku gitandara ni bamwe iyo bumvise iryo jambo baryakirana akanyamuneza, mugabo abo nta muzi bagira; bemera mu gihe gitoyi, mugabo mu gihe c’ukugeragezwa bakagwa+.
15 Ibi urabizi, yuko abantu bose mu ntara ya Aziya+ bampevye+. Muri abo harimwo Figelo na Herumojene.