Mariko 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubwa nyuma, izabibwe mw’ivu ryiza ni abumviriza iryo jambo bakaryakira neza hanyuma bakama incuro mirongo itatu, mirongo itandatu, n’ijana+.” Luka 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo izo mw’ivu ryiza, abo ni bamwe iyo bamaze kwumva iryo jambo n’umutima mwiza kandi umeze neza+ baheza bakarigumya, bakama ivyamwa bihanganye+.
20 Ubwa nyuma, izabibwe mw’ivu ryiza ni abumviriza iryo jambo bakaryakira neza hanyuma bakama incuro mirongo itatu, mirongo itandatu, n’ijana+.”
15 Nayo izo mw’ivu ryiza, abo ni bamwe iyo bamaze kwumva iryo jambo n’umutima mwiza kandi umeze neza+ baheza bakarigumya, bakama ivyamwa bihanganye+.