Matayo 13:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*+. Iyimbura+ ni insozero y’ivy’isi+, abashwabuzi na bo ni abamarayika.
39 umwansi yakibivye na we ni Shetani*+. Iyimbura+ ni insozero y’ivy’isi+, abashwabuzi na bo ni abamarayika.