Matayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+. Luka 6:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Umuntu mwiza asohora ivyiza mw’itunga ryiza+ ry’umutima wiwe, mugabo umuntu mubi asohora ibibi mw’itunga ryiwe ribi; kuko akanwa kiwe kavuga bivanye n’ibibogaboga mu mutima+.
35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+.
45 Umuntu mwiza asohora ivyiza mw’itunga ryiza+ ry’umutima wiwe, mugabo umuntu mubi asohora ibibi mw’itunga ryiwe ribi; kuko akanwa kiwe kavuga bivanye n’ibibogaboga mu mutima+.