Mariko 6:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Hanyuma aho aboneye bariko baracumukura+ mu gusoza, kuko umuyaga waza ubaturutse imbere, nko mw’iterama rya kane* ry’ijoro araza abagana, agendagenda ku kiyaga; mugabo yagomba kubarengana. Yohani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.
48 Hanyuma aho aboneye bariko baracumukura+ mu gusoza, kuko umuyaga waza ubaturutse imbere, nko mw’iterama rya kane* ry’ijoro araza abagana, agendagenda ku kiyaga; mugabo yagomba kubarengana.
19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.