Mariko 6:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Kuko bose bamubonye bagahagarika umutima. Mugabo buno nyene avugana na bo, maze ababwira ati: “Nimureme, ni jewe; ntimutinye+.” Yohani 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo ababwira ati: “Ni jewe; ntimutinye+!” Ivyakozwe 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.”
50 Kuko bose bamubonye bagahagarika umutima. Mugabo buno nyene avugana na bo, maze ababwira ati: “Nimureme, ni jewe; ntimutinye+.”
11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.”