Matayo 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Canke ya mikate indwi kuri vya bihumbi bine, be n’ibisimbo vy’ibifungurwa mwegeranije uko vyangana+? Mariko 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bararya barahaga, begeranya utumanyu twasagutse, haboneka ibisimbo vy’ibifungurwa indwi vyuzuye+.
10 Canke ya mikate indwi kuri vya bihumbi bine, be n’ibisimbo vy’ibifungurwa mwegeranije uko vyangana+?
8 Nuko bararya barahaga, begeranya utumanyu twasagutse, haboneka ibisimbo vy’ibifungurwa indwi vyuzuye+.