2 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.” Ivyahishuwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.
17 Kuko yahawe n’Imana ari yo Data iteka n’ubuninahazwa+, hamwe amajambo nk’aya yayashikirizwa n’ubuninahazwa bw’agatangaza ngo: “Uyu ni umwana wanje, umukundwa wanje, uwo jewe nashimye+.”
16 Kandi yari afise mu kuboko kwiwe kw’ukuryo inyenyeri indwi+, mu kanwa kiwe hasokorokamwo inkota ndende y’ubugi bubiri, ikarishe+, mu maso hiwe na ho hari hameze nk’izuba iyo rikayanganye mu bubasha bwaryo+.