Matayo 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+. Matayo 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nta wuri ng’aha, kuko yazuwe+, nk’uko yabivuze. Ingo murabe aho yari aryamye.
21 Kuva ico gihe Yezu Kristu atangura kwereka abigishwa biwe yuko ategerezwa kuja i Yeruzalemu agashikirwa n’ibintu vyinshi atejwe n’abagabo b’inararibonye n’abakuru b’abaherezi be n’abanditsi, hanyuma akicwa, maze ku musi ugira gatatu akazurwa+.