Itanguriro 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe maze bakaba umubiri umwe+.