Mariko 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Abasadukayo* baza kuri we, bamwe bavuga ko ata zuka ririho, bamubaza iki kibazo+ bati: Luka 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)
30 Mugabo Abafarizayo be n’abahanga mu vy’Itegeko bakengera inama+ y’Imana iberekeye, bakaba batari babatijwe na we.)