ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 8:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Baramwishura bati: “Turi uruvyaro rwa Aburahamu+ kandi ntaho twigeze tuba abashumba b’umuntu n’umwe+. Uvuga gute none ngo: ‘Muzoba abidegemvya’?”

  • Yohani 8:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Bamwishura bati: “Data ni Aburahamu+.” Yezu ababwira ati: “Nimba muri abana ba Aburahamu+, nimukore ibikorwa vya Aburahamu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika