Yakobo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo nagume asaba+ yizeye, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga ukubebwa n’umuyaga+ kandi ukazungazungishwa irya n’ino.
6 Mugabo nagume asaba+ yizeye, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga ukubebwa n’umuyaga+ kandi ukazungazungishwa irya n’ino.