Matayo 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+. Luka 6:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 “Kubera iki none mumpamagara ngo: ‘Mukama! Mukama!’ mugabo ntimukore ivyo mvuga+?
21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+.