Matayo 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Simoni Umunyakanani+, na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugura+. Luka 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 na Yuda mwene Yakobo, na Yuda Isikariyoti, uwahavuye aba umuguranyi+.