Luka 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amenya ivyiyumviro vyabo+, ababwira ati: “Ubwami bwose bucanyemwo bukirwanya burahona, n’inzu icanyemwo ikirwanya iragwa+.
17 Amenya ivyiyumviro vyabo+, ababwira ati: “Ubwami bwose bucanyemwo bukirwanya burahona, n’inzu icanyemwo ikirwanya iragwa+.