Matayo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Shetani aramureka+, maze abamarayika baraza, batangura kumukorera+.