Matayo 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uwabibwe mu mahwa na we, uwo ni uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ivy’iki gihe+ be n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikanyoha iryo jambo, maze agacika ikirumbirane+. Luka 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nayo izaguye mu mahwa, abo ni abumvise, mugabo, kubera ugutwarwa n’amaganya n’ubutunzi n’ibinezereza+ vy’ubu buzima, bakanyohwa buhere ntihagire ico bashikana ku gutungana+.
22 Uwabibwe mu mahwa na we, uwo ni uwumva iryo jambo, mugabo amaganya y’ivy’iki gihe+ be n’ububasha buhendana bw’ubutunzi bikanyoha iryo jambo, maze agacika ikirumbirane+.
14 Nayo izaguye mu mahwa, abo ni abumvise, mugabo, kubera ugutwarwa n’amaganya n’ubutunzi n’ibinezereza+ vy’ubu buzima, bakanyohwa buhere ntihagire ico bashikana ku gutungana+.