Luka 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero, mwitwararike ukuntu mwumviriza; kuko uwo wese afise azokwongerwa+, mugabo uwo wese adafise, n’ico yiyumvira ko afise azocakwa+.” Yakobo 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo uwihweza muri rya tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi agakovya muri ryo, uwo muntu, kubera atabaye uwumva akibagira, mugabo akaba uwukora igikorwa+, azoba ahiriwe+ mu kubikora.
18 Nuko rero, mwitwararike ukuntu mwumviriza; kuko uwo wese afise azokwongerwa+, mugabo uwo wese adafise, n’ico yiyumvira ko afise azocakwa+.”
25 Mugabo uwihweza muri rya tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi agakovya muri ryo, uwo muntu, kubera atabaye uwumva akibagira, mugabo akaba uwukora igikorwa+, azoba ahiriwe+ mu kubikora.