Matayo 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko uwufise wese, azokwongerwa akagwiza+; mugabo uwudafise wese, n’ico afise azocakwa+. Matayo 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa! Wabaye umwizigirwa kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’ Luka 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko rero, mwitwararike ukuntu mwumviriza; kuko uwo wese afise azokwongerwa+, mugabo uwo wese adafise, n’ico yiyumvira ko afise azocakwa+.” Luka 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 ‘Ndabibabwiye: Uwo wese afise, azokwongerwa; mugabo uwudafise, n’ico afise azocakwa+.
23 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa! Wabaye umwizigirwa kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’
18 Nuko rero, mwitwararike ukuntu mwumviriza; kuko uwo wese afise azokwongerwa+, mugabo uwo wese adafise, n’ico yiyumvira ko afise azocakwa+.”