Matayo 8:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Baraza baramukangura+, bati: “Mukama, dukize, tugira duhone!” Luka 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amaherezo baja aho ari baramukangura, bavuga bati: “Mwigisha, Mwigisha, tugira duhone+!” Arikangura, akankamira+ nya muyaga na nya gusuriranya kw’amazi, bica birahwama, haratekana.
24 Amaherezo baja aho ari baramukangura, bavuga bati: “Mwigisha, Mwigisha, tugira duhone+!” Arikangura, akankamira+ nya muyaga na nya gusuriranya kw’amazi, bica birahwama, haratekana.