Matayo 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko nya bantu barumirwa, bavuga bati: “Uyu ni umuntu bwoko ki+, ko n’imiyaga n’ikiyaga bimugamburukira?” Luka 8:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze ababwira ati: “Ukwizera kwanyu kuri hehe?” Mugabo batekerwa n’ubwoba, baratangara, babwirana bati: “None uyu ni nde, ko ategeka n’imiyaga be n’amazi, bikamugamburukira+?” Yohani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.
27 Nuko nya bantu barumirwa, bavuga bati: “Uyu ni umuntu bwoko ki+, ko n’imiyaga n’ikiyaga bimugamburukira?”
25 Maze ababwira ati: “Ukwizera kwanyu kuri hehe?” Mugabo batekerwa n’ubwoba, baratangara, babwirana bati: “None uyu ni nde, ko ategeka n’imiyaga be n’amazi, bikamugamburukira+?”
19 Ariko bamaze gusoza nk’ibilometero bitanu canke bitandatu, babona Yezu agendagenda ku kiyaga yegera ubwato; na bo bagira ubwoba+.