Luka 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo yururutse i musozi, umugabo umwe avuye mu gisagara yarimwo amadayimoni aza kumusanganira. Kandi yari amaze igihe kitari gito ata mpuzu yambara, ntabe i muhira, ariko akaba hagati mu mva+.
27 Mugabo yururutse i musozi, umugabo umwe avuye mu gisagara yarimwo amadayimoni aza kumusanganira. Kandi yari amaze igihe kitari gito ata mpuzu yambara, ntabe i muhira, ariko akaba hagati mu mva+.