1 Abami 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aca abwira Eliya ati: “Mpuriye ku ki nawe+ ga yewe muntu w’Imana y’ukuri? Waje iwanje kwibukiriza ikosa ryanje+ no kwica umuhungu wanje.” Yakobo 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uremera ko hari Imana imwe+, si ko? Ugira neza cane. Yamara amadayimoni* na yo aravyemera kandi agahinda agashitsi+.
18 Aca abwira Eliya ati: “Mpuriye ku ki nawe+ ga yewe muntu w’Imana y’ukuri? Waje iwanje kwibukiriza ikosa ryanje+ no kwica umuhungu wanje.”
19 Uremera ko hari Imana imwe+, si ko? Ugira neza cane. Yamara amadayimoni* na yo aravyemera kandi agahinda agashitsi+.