ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 8:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Maze igisagara cose kirasohoka gusanganira Yezu; bamaze kumubona, bamwinginga bashimitse ngo ave mu ntara zabo+.

  • Luka 8:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Nuko abantu indiri bose bavuye mu gihugu kihakikuje c’Abageraseni bamusaba kubaviraho, kubera ko bari batekewe n’ubwoba bwinshi+. Maze yurira ubwato aragenda.

  • Ivyakozwe 16:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Baraza rero, barabinginga, hanyuma bamaze kubasohora, babasaba kugenda bakava mu gisagara.

  • 1 Abakorinto 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyakira ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we; kandi ntashobora kubimenya+, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika