Mariko 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo Yezu abandanya kubabwira ati: “Umuhanuzi ntabura guterwa iteka kiretse mu karere k’iwabo+ no mu ncuti ziwe no mu nzu iwabo+.”
4 Mugabo Yezu abandanya kubabwira ati: “Umuhanuzi ntabura guterwa iteka kiretse mu karere k’iwabo+ no mu ncuti ziwe no mu nzu iwabo+.”