Luka 8:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Akiriko aravuga, haza umuntu umwe aserukira umukuru ahagarikiye isinagogi, avuga ati: “Umukobwa wawe yapfuye; ntiwongere kugora umwigisha+.”
49 Akiriko aravuga, haza umuntu umwe aserukira umukuru ahagarikiye isinagogi, avuga ati: “Umukobwa wawe yapfuye; ntiwongere kugora umwigisha+.”