Matayo 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma Yezu yinjiye mu nzu ya wa mutware+ akabona abariko bavuza imyironge n’isinzi riri mu ruyogoyogo+, Luka 8:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Mugabo abantu bose bariko bararira bongera bikubitagura ku gikiriza kubera intuntu abateye. Nuko avuga ati: “Nimureke kurira+, kuko atapfuye, ahubwo arasinziriye+.” Yohani 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”
23 Hanyuma Yezu yinjiye mu nzu ya wa mutware+ akabona abariko bavuza imyironge n’isinzi riri mu ruyogoyogo+,
52 Mugabo abantu bose bariko bararira bongera bikubitagura ku gikiriza kubera intuntu abateye. Nuko avuga ati: “Nimureke kurira+, kuko atapfuye, ahubwo arasinziriye+.”
11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”