Mariko 1:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Mugabo nya muntu amaze kugenda atangura kubitangaza cane no gukwiragiza hose iyo nkuru, ku buryo Yezu atari agishoboye kwinjira mu gisagara ku mugaragaro, mugabo aguma hanze mu gahinga. Yamara abantu baguma baza kuri we bavuye mu mihingo yose+.
45 Mugabo nya muntu amaze kugenda atangura kubitangaza cane no gukwiragiza hose iyo nkuru, ku buryo Yezu atari agishoboye kwinjira mu gisagara ku mugaragaro, mugabo aguma hanze mu gahinga. Yamara abantu baguma baza kuri we bavuye mu mihingo yose+.