Luka 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we mu mero y’umubiri nk’inuma, maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.” Yohani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”
22 hanyuma impwemu nyeranda imanuka kuri we mu mero y’umubiri nk’inuma, maze ijwi riva mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje, umukundwa; naragushimye+.”
28 Data, ninahaza izina ryawe.” Ijwi+ rero riva mw’ijuru riti: “Nararininahaje kandi nzokwongera kurininahaza+.”